"Yarankunze"
— ditembangake dening Redemption Voice
"Yarankunze" yaiku lagu sing dileksanakake ing burundi dirilis ing 20 mei 2023 ing saluran resmi label rekaman - "Redemption Voice". Temokake informasi eksklusif babagan "Yarankunze". Temokake lirik lagu Yarankunze, terjemahan, lan fakta tembang. Pangentukan lan Net Worth dikumpulake dening sponsor lan sumber liyane miturut informasi sing ditemokake ing internet. Kaping pirang-pirang lagu "Yarankunze" muncul ing denah musik sing dikompilasi? "Yarankunze" minangka video musik kondhang sing njupuk panggonan ing tangga lagu paling populer, kayata Top 100 Burundi Lagu, Top 40 burundi Lagu, lan liya-liyane.
|
Download New Songs
Listen & stream |
|

"Yarankunze" Kanyatan
"Yarankunze" wis tekan 265.8K total tampilan lan 4.8K seneng ing YouTube.
Lagu iki dikirim ing 20/05/2023 lan ngenteni 104 minggu ing tangga lagu.
Jeneng asli video musik kasebut yaiku "YARANKUNZE - REDEMPTION VOICE CANADA".
"Yarankunze" wis diterbitake ing Youtube ing 20/05/2023 11:00:07.
"Yarankunze" Lirik, Komposer, Label Rekam
;ko mutamenya
Ivyabayeho ca gihe
Aho umurango uhinduka ijoro
Kubwibicumuro vyacu
Nukuri nitwe yazize
Nivyacu bigabitanyo
Igihano kiduhesha amahoro
Cabaye kuri we
Refrain:
Kumukundisha umutima wanje
Ivyo nivyo ahora anyigisha
Guhora ndi mubwiza bwiwe
Ivyo nivyo ahora anyigisha
;ko wibagira:
Ntaco wari gukora
Ntako wari kwikiza oyaa urubanza rw'Imana
Niwe yaguhisemwoo
Niwe gakiza kawee
Niwe azigama umutima wawe
Ngo ntihagire ikiwunaniza
;narapfuye
Maze angira muzima
Naruwo gucirwa urubanza
Aca angira uwidegemvya
None ubu, je ndashima
Je ndashima, je ndashima (x2)
Refrain
Narahariwe narahariwe
Ivyaha vyanje vyose
Vyanje vyose
Narakijijwe narakijijwe
Kubwimbabazi zawe
Nyinshi cane
Kubwo urukundo rwawe rwinshi cane
;w’Imana
Akura icaha c’abari mwisi
Yarandavye yumva arankunze
Aca araza kumpfira
None ubu, je ndashima
Je ndashima, je ndashima (x2)
Narahariwe narahariwe
Ivyaha vyanje vyose
Vyanje vyose
Narakijijwe narakijijwe
Kubwimbabazi zawe
Nyinshi cane
Kubwo urukundo rwawe rwinshi cane
Audio producer: Marc Kibamba
Video Director: TheMind
Video Editor: Landry SB